Jump to Navigation

Ligne verte(appel sans frais):  +257 22 27 71 21

Discours en Kirundi du Président de la CNIDH lors de l'ouverture de l'atelier sur la protection des DH face à la violence politique

Nyakubahwa Waserukiye Bulamatari w’Intara ya Bujumbura

Nyakubahwa Musitanteri wa Komine Kabezi

Banyakubahwa ba Musitanteri b’ama komine ya Bujumbura na Bujumbura Mairie muri ngaha,

Nyakubahwa waserukiye ishirahamwe rya Amerika ry’ugufashanya n’ayandi makungu USAID

Banyakubahwa mwaserukiye inzego z’umutekano muri ayo ma komine yose tuvuze

Banyakubahwa mwese murongoye amazone n’imitumba biri muri ayo ma komine tuvuze,

Banyakubahwa mwese mwaserukiye abarongoye abandi mu vy’ukwemera,

Banyakubahwa mwaserukiye amashirahamwe adaharanira ivya polititike

Rwaruka mwese mwaserukiye abandi muri uru ruganda

Banyakubahwa mwese, Bakomiseri n’abakozi dusangiye imirimo mu Mugwi w’Igihugu wigenga ujejwe agateka ka zina muntu.

Ouvrez le lien qui suit pour lire l'intégralité du discours



Toutes nos publications

Pages

Main menu 2

Dr. Radut Consulting